“Jewe ndazi ko hariya iwacu bokurikiza ivyo mbonye ngaha, nta ntambara yosubira kuko, kuko nimba hari abatarabana ryiza ni Abarundi, Abakongomani, n’Abanyarwanda baba mu Bubiligi: iki ni ikimenyetso ...